Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Kigarama 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MALAKI 1-4

Umubano wawe woba uhimbara Yehova?

Umubano wawe woba uhimbara Yehova?

2:13-16

  • Mu gihe ca Malaki, Abisirayeli benshi barahukana bivuye ku mvo zidafashe. Ico gihe Yehova ntiyemera ugusenga kw’abahemukira abo bari bubakanye

  • Yehova yarahezagira abafatana iteka abo bari bubakanye

Muri kino gihe, ni gute abubakanye boguma ari intahemuka . . .

  • mu vyo biyumvira?

  • mu vyo baraba?

  • mu vyo bavuga?