Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

18-​24 Kigarama

ZEKARIYA 9-14

18-​24 Kigarama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Guma mu ‘mubande wo hagati y’imisozi’”: (Imin. 10)

    • Zk 14:3, 4​—“Umubande munini cane” ugereranya ugukingirwa na Yehova (w13 15/2 19 ing. 10)

    • Zk 14:5​—‘Abahungira muri uwo mubande’ kandi bakagumayo bazokingirwa (w13 15/2 20 ing. 13)

    • Zk 14:6, 7, 12, 15​—Abatari muri uwo mubande ugereranya ugukingirwa na Yehova bazohona (w13 15/2 20 ing. 15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zk 12:3​—Ni mu buryo ki Yehova ‘agira Yeruzalemu ibuye riremera’? (w07 15/12 22-23 ing. 9-10)

    • Zk 12:7​—Kubera iki Yehova “azobanza gukiza amahema ya Yuda”? (w07 15/12 25 ing. 13)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zk 12:1-14

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.6 14-15Mutumire ku makoraniro.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.6​—Mwari mwaganiriye ku rupapuro rwa 14-15 rw’ico kinyamakuru. Gira isubirayo wongere umutumire ku makoraniro.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 5​—Mutumire ku makoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 68

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 7) Erekana videwo yo muri Kigarama ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Bishasha mw’ikoraniro ry’Ubuzima”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe akavidewo katagira amajwi kerekana Betifage, Umusozi w’Imyelayo be na Yeruzalemu.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy rup. 6-7

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 13 n’isengesho