Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZEKARIYA 1-8

‘Fata impuzu y’Umuyuda’

‘Fata impuzu y’Umuyuda’

8:20-23

Abantu cumi bo mu ndimi zose z’amahanga bofashe impuzu y’Umuyuda bakavuga bati: “Turajana.” Muri iyi misi ya nyuma, abantu bo mu mahanga yose bariko baraza ku bwinshi gusenga Yehova, bifatanije n’abakirisu barobanuwe

Abo mu zindi ntama bariko bashigikira gute abarobanuwe?

  • Baritanga batiziganya mu gikorwa co kwamamaza

  • Barashigikira ico gikorwa mu gutanga intererano babikunze