Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Kigarama 2017

11-​17 Kigarama

ZEKARIYA 1-8

11-​17 Kigarama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.6 rup. 3-7​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.6​—Ico kinyamakuru ni co waheruka kumuha. Gira isubirayo uce ucira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa ca 5 ing. 1-2.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU