Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Bariko baramamaza mw’isoko muri Sierra Leone

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO Kigarama 2017

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje ikinyamakuru Be maso! n’ingene twokwigisha ukuri ku bijanye n’urupfu. Ufatiye ku vyiyumviro vyatanzwe niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Rondera Yehova umusi w’ishavu ryiwe utarashika

Kugira Yehova Imana azodukingire ku musi w’ishavu ryiwe, dutegerezwa kugamburuka ivyo Zefaniya yavuze.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Fata impuzu y’Umuyuda’

Abantu bo mu mahanga yose bariko baraza ku bwinshi gusenga Yehova Imana, bifatanije n’abakirisu barobanuwe. None bashigikira gute abarobanuwe?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kubwira inkuru nziza umuntu wese aba mu cibare cacu

Turihatira kubwira inkuru nziza umuntu wese aba mu cibare cacu. Tubigira gute?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Guma mu “mubande wo hagati y’imisozi”

“Umubande wo hagati y’imisozi” ugereranya iki? Abantu bahungira gute muri uwo mubande bakongera bakawugumamwo?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Bishasha mw’ikoraniro ry’Ubuzima

Koresha amakuru adufasha kwiga be n’amashusho vyakuwe mu nteguro yo kwiga ya Bibiliya y’isi nshasha yo mu congereza iri kuri internet, kugira wunguke vyinshi igihe utegura no kugira urushirize kwiyegereza Yehova.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Umubano wawe woba uhimbara Yehova?

Mu gihe ca Malaki, Yehova Imana ntiyemera ugusenga kw’abahemukira abo bari bubakanye. Muri iki gihe, ni gute abubakanye boguma ari intahemuka?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Urukundo nyakuri ni iki?

Yehova ashaka ko umugabo n’umugore babana imyaka yose. Araduha ingingo ngenderwako zodufasha guhitamwo neza uwo twokwubakana, zikanadufasha guhimbarwa mu rugo.