Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO KIGARAMA 2016

19-25 Kigarama

YESAYA 11-16

19-25 Kigarama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Isi izokwuzura ubumenyi bwerekeye Yehova”: (Imin. 10)

    • Yes 11:3-5—Kw’isi hazoba ubugororotsi ibihe vyose (ip-1 160-161 ing. 9-11)

    • Yes 11:6-8—Hazoba amahoro hagati y’abantu n’ibikoko (w12 15/9 9-10 ing. 8-9)

    • Yes 11:9—Abantu bose bazokwiga inzira za Yehova (w16.06 8 ing. 9; w13 1/6 7)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 11:1, 10—Yezu Kristu ashobora gute kuba “umuzi wa Yese” akongera akaba agashami gashamika “ku gishitsi ca Yese”? (w06 1/12 9 ing. 5)

    • Yes 13:17—Ni mu buryo ki Abamedi bafata ifeza nk’aho ari ubusa, n’inzahabu ntibahimbare? (w06 1/12 10 ing. 10)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 13:17–14:8

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Yb 34:10—Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Ums 8:9; 1Yh 5:19—Niwigishe ukuri.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 54 ing. 9—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU