Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO KIGARAMA 2016

5-11 Kigarama

YESAYA 1-5

5-11 Kigarama
  • Ururirimbo rwa 107 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nimuze tuduge ku musozi wa Yehova”: (Imin. 10)

    • [Niwerekane ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yesaya.]

    • Yes 2:2, 3—“Umusozi w’inzu ya Yehova” ugereranya ugusenga gutyoroye (ip-1 38-42 ing. 6-11; 45 ing. 20-21)

    • Yes 2:4—Abasavyi ba Yehova ntibaciga kurwana (ip-1 46-47 ing. 24-25)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 1:8, 9—Ni mu buryo ki umukobwa wa Siyoni yari “asigaye ameze nk’urusago mu murima w’imizabibu”? (w06 1/12 8 ing. 5)

    • Yes 1:18—Amajambo ya Yehova avuga ngo “Nimuze rero tugorore ibintu hagati yacu” asobanura iki? (w06 1/12 8 ing. 6; it-2 735 ing. 1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 5:1-13

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU