Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Kigarama 2016

26 Kigarama–1 Nzero

YESAYA 17-23

26 Kigarama–1 Nzero
  • Ururirimbo rwa 123 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ukoresha nabi ubukuru ukabutakaza”: (Imin. 10)

    • Yes 22:15, 16—Shebuna yakoresheje ubukuru bwiwe mu buryo buranga ubwikunzi (ip-1 238-239 ing. 16-17)

    • Yes 22:17-22—Yehova yarakuyeho Shebuna amusubiriza Eliyakimu (ip-1 239-240 ing. 17-18)

    • Yes 22:23-25—Ivyashikiye Shebuna turabikuramwo ivyigwa bihambaye (w07 15/1 8 ing. 6; ip-1 240-241 ing. 19-20)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 21:1—Ni intara iyihe yitwa “agahinga k’ikiyaga” kandi kubera iki? (w06 1/12 11 ing. 3)

    • Yes 23:17, 18—Ni mu buryo ki ibintu vyazanira inyungu Tiro vyabaye ikintu “ceranda kuri Yehova”? (ip-1 253-254 ing. 22-24)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 17:1-14

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) bh—Koresha akavidewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? umwerekeze kuri ico gitabu. (Nturinde kukerekana muri uwo mwerekano.)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) bh—Tanguza inyigisho muri ku muryango. Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 150-151 ing. 10-11—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU