Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO KIGARAMA 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 6-10

Mesiya yarashikije ubuhanuzi

Mesiya yarashikije ubuhanuzi
UKO VYIPANGA
Ishusho
Igisomwa

Imyaka amajana imbere y’uko Yezu avuka, Yesaya yaravuze ko Mesiya yovuze inkuru nziza “mu karere ka Yorodani, Galilaya y’amahanga.” Yezu yarashikije ubwo buhanuzi igihe yagendagenda mu karere ka Galilaya yamamaza yongera yigisha inkuru nziza.Yes 9:1, 2.

  • Ni ho yakoreye igitangaro ca mbereYoh 2:1-11 (Kana)

  • Ni ho yacaguriye za ntumwa ziweMr 3:13, 14 (hafi y’i Kaperinawumu)

  • Ni ho yatangiye ya Nsiguro yo ku MusoziMt 5:1–7:27 (hafi y’i Kaperinawumu)

  • Ni ho yazuriye wa mwana w’ikinege w’umupfakaziLk 7:11-17 (Nayini)

  • Ni ho yabonekeye abigishwa biwe nka 500 aho amariye kuzuka1Kr 15:6 (Galilaya)