Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

15-21 Gitugutu

YOHANI 13-14

15-21 Gitugutu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ndabahaye icitegererezo”: (Imin. 10)

    • Yoh 13:5​—Yezu yarogeje ibirenge vy’abigishwa biwe (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 13:12-14​—Abo bigishwa na bo nyene bategerezwa “kwozanya ibirenge” (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 13:15​—Abigishwa ba Yezu bose babwirizwa kwigana icitegererezo yasize co kwicisha bugufi (w99 1/3 31 ing. 1)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yoh 14:6​—Ni mu buryo ki Yezu ari “inzira n’ukuri n’ubuzima”? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 14:12​—Ni mu buryo ki abizera Yezu bokoze “ibikorwa biruta” ivyo yakoze? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 13:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago igihe wamamaza akaryo kizanye.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU