Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Gitugutu 2017

30 Gitugutu–​5 Munyonyo

YOWELI 1-3

30 Gitugutu–​5 Munyonyo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yoweli.]

    • Yw 2:28, 29​—Abakirisu barobanujwe impwemu ni abavugizi ba Yehova (w02 1/8 15 ing. 4-5; jd 167 ing. 4)

    • Yw 2:30-32​—Abambaza izina rya Yehova ni bo bonyene bazokira ku musi wiwe uteye ubwoba (w07 1/10 13 ing. 2)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yw 2:12, 13​—Iyi mirongo itwigisha iki ku bijanye n’ukwigaya nyakuri? (w07 1/10 13 ing. 5)

    • Yw 3:14​—“Ikiyaya co hasi co gushitsa ingingo” ni iki? (w07 1/10 13 ing. 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yw 2:28–3:8

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Agakarata ka JW.ORG

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Agakarata ka JW.ORG​—Ako gakarata ni ko waheruka kumuha. Bandanya ikiyago, mu gusozera umubwire canke umwereke ividewo kanaka yo kuri jw.org.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 196-197 ing. 3-5

UBUZIMA BW’UMUKIRISU