Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Gitugutu 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | HOSEYA 8-14

Nuhe Yehova ivyiza kuruta ibindi

Nuhe Yehova ivyiza kuruta ibindi

14:2, 4, 9

Igihe uhaye Yehova ivyiza kuruta ibindi biramuhimbara kandi birakugirira akamaro

UBUCUTI UFITANIYE NA YEHOVA

  1. Urashikanira Yehova ibimazi vy’ishemezo

  2. Yehova arakubabarira, akagushima, akakugira umugenzi

  3. Uribonera ivyiza biva ku kugamburukira Yehova bigatuma urushiriza kumushemeza

Ni mu buryo ubuhe noha Yehova ivyiza kuruta ibindi?