Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Gitugutu 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | DANIYELI 7-9

Ubuhanuzi bwa Daniyeli bwari bwaravuze ukuza kwa Mesiya

Ubuhanuzi bwa Daniyeli bwari bwaravuze ukuza kwa Mesiya
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

9:24-27

‘AMAYINGA 70’ (IMYAKA 490)

  • ‘AMAYINGA 7’ (IMYAKA 49)

    455 M.K. “Ijambo ryo gusubizaho Yeruzalemu”

    406 M.K. Yeruzalemu isubira kwubakwa

  • ‘AMAYINGA 62’ (IMYAKA 434)

  • “IYINGA RIMWE” (IMYAKA 7)

    29 N.K. Mesiya ashika

    33 N.K. Mesiya ‘akurwaho’

    36 N.K. ‘Amayinga 70’ arangira