Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Gitugutu 2017

2-8 Gitugutu

DANIYELI 7-9

2-8 Gitugutu

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ubuhanuzi bwa Daniyeli bwari bwaravuze ukuza kwa Mesiya”: (Imin. 10)

    • Dn 9:24​—Ikimazi Mesiya yatanze catumye dushobora guharirwa ibicumuro (it-2 998 ing. 1)

    • Dn 9:25​—Mesiya yashitse amayinga 69 y’imyaka arangiye (it-2 996 ing. 6)

    • Dn 9:26, 27a​—Mesiya yapfuye iyinga rigira 70 rigizwe n’imyaka rigeze hagati (it-2 997 ing. 1, 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Dn 9:24​—“Aheranda h’Aheranda” harobanujwe amavuta ryari? (w01 15/5 27)

    • Dn 9:27​—Ni isezerano irihe ryagumye rikora ku bwa benshi gushika ya mayinga 70 y’imyaka arangiye mu 36 inyuma ya Kristu? (w07 1/9 20 ing. 4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Dn 7:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Remesha abamamaji gusubira kugendera uwashimishijwe badatevye.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU