Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Gitugutu 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | HOSEYA 1-7

Woba uhimbarwa n’urukundo rudahemuka nka Yehova?

Woba uhimbarwa n’urukundo rudahemuka nka Yehova?

Ubuntu bwuzuye urukundo, ari rwo rukundo rudahemuka, ni urukundo rwumira ku kintu canke ku muntu, rutadohoka kandi rudahemuka. Yehova yakoresheje akarorero ka Hoseya n’umugore wiwe w’umuhemu Gomeri kugira atwigishe ibijanye n’urukundo rudahemuka be n’imbabazi.​—Hs 1:2; 2:7; 3:1-5.

Gomeri yerekanye gute ko atagira urukundo rudahemuka?

Abisirayeli berekanye gute ko batagira urukundo rudahemuka?

Hoseya yerekanye gute urukundo rudahemuka?

Yehova yerekanye gute urukundo rudahemuka?

IKIBAZO CO KUZIRIKANAKO: Nokwereka Yehova gute ko ndamukunda urukundo rudahemuka?