Nube umugenzi wa Yehova

Turakunda ugusenga kwo mu muryango

Turakunda ugusenga kwo mu muryango

Ugusenga kwo mu muryango ni ingabire Yehova yaduhaye. None twomwereka gute ko duha agaciro iyo ngabire?