Nube umugenzi wa Yehova

Niwame ushima: Umuziki n’amajambo

Niwame ushima: Umuziki n’amajambo

Bana, mwoba muhora mubwira abavyeyi banyu ko mubakunda? Voma uru rupapuro ruriko umuziki, maze uririmbane na Sonia igihe aririmbira abavyeyi biwe.