Nube umugenzi wa Yehova—Udukorwa
Utu ni udukorwa dutandukanye two gukorera hamwe n’abana banyu.
Senga igihe cose: Umuziki n’amajambo
Voma urupapuro rw’umuziki n’amajambo yarwo. Urashobora no kurusohora ku mashini. Abana bazoryoherwa cane n’urwo ruririmbo rworoshe gufata!
Gutanga biragutera umunezero: Umuziki n’amajambo
Niwige amajambo y’urwo ruririmbo uheze uririmbe ujana n’ividewo.
Twaragiye kuri Beteli
Ririmba ibijanye na Beteli, inzu y’Imana!
Ni gute Yehova yogufasha guhera ubwoba?
Yehova azogufasha guhera ubwoba nka ka Kisirayelikazi.
Gereranya ubuzima bw’ubu n’ubwo muri kazoza
Ni ibintu ibihe Bibiliya ivuga bizoba muri Paradizo?
Kunda abantu bose
Yehova yerekana gute ko akunda abantu bose?
Ni igiki wosenga ubwira Yehova uno musi?
Niwandike ibintu ushaka kubwira Imana mw’isengesho canke ubicape.
Ubaha abageze mu zabukuru: Umuziki n’amajambo
Nuririmbe ibijanye n’ukuntu woshimira abagenzi bawe bageze mu zabukuru.
Numenye ikibereye wokora
Abavyeyi bokora iki kugira bakingire abana babo abobagirira nabi?
Woba usonera Ingoro y’Ubwami?
Ni amafoto ayahe yogufasha kubona ingene ukwiye kugaragaza icubahiro igihe uri ku makoraniro?
Nufate ku mutwe ibitabu bigize Bibiliya (Igice ca 1)
Nukoreshe utwo dukarata kugira tugufashe gufata ku mutwe ibitabu bigize Bibiliya, kuva kw’Itanguriro gushika kuri Yesaya.
Nugire ico uhaye Yehova
Ni mu buryo butandukanye ubuhe wokwerekana ko ukunda gutanga?
Kuvugisha ukuri bimeze nko kwubaka ikiraro
Kubera iki kuvugisha ukuri bihambaye kugira umuntu ashobore kugira abagenzi?
Niwame ushima: Umuziki n’amajambo
Nushimire abavyeyi bawe ku bintu vyose bagukorera!
Wokwihangana gute?
Ni ryari kandi wokwihangana?
Uburyo Yehova yatunganije ivya mariyaje
Ni bande Bibiliya ivuga ko bari bubakanye?
Nuririmbire Yehova ururirimbo
Muhejeje gukora ako gakarata k’amashusho, muce muririmba mwongere mufate ku mutwe ururirimbo ruvuga ngo “Wewe uri Yehova.”
Izina rya Yehova
Izina ry’Imana riboneka incuro zingahe muri Bibiliya?
Yehova ni we yaremye ibintu vyiza!
Ni ibiki Yehova yaremye ubona ku rupapuro?
Tubwire inkuru nziza abantu b’uburyo bwose
Ni nde twobwira inkuru nziza y’Ubwami?
Nurondere abagenzi beza
Ni kubera iki ari vyiza kugira abagenzi bakuze?
Twitangire igikorwa
Haracariho vyinshi twokora kugira dufashe abandi kumenya Yehova. None wewe wokora iki?
Incungu
Kubera iki dukeneye incungu ya Yezu?
Emera Yehova akwigishe
Imana irashobora kukwigisha no kugukomeza.
Nyurwa n’ukuri
Ni ibintu bimwebimwe ibihe wokora vyogufasha kunyurwa n’ukuri?
Niwibone uri mw’Iparadizo
Ni igiki ushashaye kuruta ibindi vyose mw’Iparadizo?
Ihangane igihe bakuboneye
Igihe abandi batuboneye twovyifatamwo gute?
Niwicishe bugufi
Niwige kwicisha bugufi ufatiye ku burorero bw’abantu bavugwa muri Bibiliya.
Imvo zituma tunezerwa
Ni igikoko ikihe ushaka ko muzokina mw’isi nshasha y’Imana?
Kubura uwawe
Ni igiki codufasha kugumana umunezero igihe twabuze uwacu?
Inzu ku nzu
Ni ibikoresho ibihe woshima gukoresha mu ndimiro?
Nusengere abandi
Ni bande wosengera?
Kunda inzu ya Yehova
Nufashe mu gutuma inzu y’Imana iguma isukuye.
Nzokora bishimwe
Yehova ashaka ko twishingira imigambi imuhimbara. Wewe ufise imigambi iyihe?
Senga Yehova mu buto bwawe
Wokwerekana gute ko uri umuntu ashima?
Yehova yandemye neza
Ni ibintu bitangaje ibihe ushobora gukora?
Nunezereze Yehova
Turashobora kunezereza Yehova cane mu kumugamburukira no mu guhitamwo neza.
Yehova ni umugenzi wanje
Kubera Imana ari Umugenzi wacu, yaraturemeye ibiti n’ibikoko kugira bituryohere.
Niwitegurire kwamamaza
Wovyifatamwo neza gute uri mu ndimiro?
Tubabarire abandi
Ni igiki cogufasha kubabarira abandi?
Nube umugenzi wa Yehova: Ururirimbo rw’ishimikiro
Woba wibuka ivyigwa bimwebimwe Kalebu na Soniya bamaze kwiga?
“Ndabishaka”
Yezu arakunda gufasha abantu. Womwigana gute?
Turakunda ugusenga kwo mu muryango
Umuryango wanyu woshobora gute gutuma ugusenga kwo mu muryango kurushiriza kuryoha?
Nufashe abandi
Turashobora gufasha abavukanyi bacu bari n’ivyo bakeneye, nka kumwe Yezu yafasha wa munyamibembe.
Nukoreshe neza umwanya wawe
Icanditswe co mu Banyefeso 5:15, 16 cogufasha gute gukoresha neza umwanya wawe?
Ibikorwa vy’agatangaza vy’Imana
Uzi amazina y’ibikoko bingahe?
Ng’uyu umuryango wacu
Numenye umuryango wawe.
Gutozwa indero biranga urukundo
Ukwiye kwakira gute indero utozwa?
Uca wiyumva gute?
Wokora iki kugira wamamaze n’umwete?
Ndagushima
Abagenzi beza baradufasha gukunda Yehova.
Kwitangira abandi
Kubera iki turyoherwa igihe dufashije abandi?
Turondere abakunzi b’amahoro
Abavukanyi bacu baramamaza hirya no hino kw’isi.
Nugamburuke
Yehova arakunda abagamburuka.
Nukunde mugenzawe
Sonia yokwerekana gute urukundo n’umutima mwiza?
Watanze ca kinege cawe
Yehova yerekanye gute ko ari we yabanje kudukunda?
Niwihangane nka Nowa
Raba ingene ushobora kwihangana nka Nowa!
Tubakirane igishika
Gutumira abandi muhira biratuma tunezerwa kandi ubugenzi dufitaniye bugakomera.
Esiteri yaragize umutima rugabo
Raba ingene ushobora kugira umutima rugabo nk’uwa Esiteri.
Niwibone mw’isi nshasha
Niwihe ishusho uri mw’isi nshasha.
Yehova arababarira
Yehova yama yiteguriye kubabarira.
Dawidi ni akarorero ku bakiri bato
Dawidi akiri muto yaratsimbataje ubucuti somambike na Yehova bwamugiriye akamaro mu buzima bwiwe bwose.
Yehova yoba yishura amasengesho?
Rimwe na rimwe Yehova yishura amasengesho mu buryo tutari twiteze.
Senga Yehova buri musi
Kugiranira ubugenzi na Yehova birafata umwanya, ariko utwigoro twose ugira si impfagusa.
Kibondo nikundira
Abana bari n’agaciro kanini kuri Yehova.
Ni je mwabikoreye
Abasavyi ba Yehova barahimbarwa no gufasha abarobanuwe uko bashoboye kwose.
Turashashaye kukubona
Kugaragariza umutima mwiza batoyi bawe birahambaye cane.
Kuba umwamamaji
Kuba umwamamaji ni umugambi mwiza mu vy’impwemu!
Nufate ku mutwe vya «vyamwa vy’impwemu»
Reka dufate ku mutwe kamere z’ivyo impwemu ya Yehova yama.
Si je nzobona ihwaniro rirageze
Nukoreshe uru rutonde kugira mwitegurire ihwaniro.
Intambwe zijana ku kubatizwa
Nurabe intambwe zijana ku kubatizwa wongere ufashe abana bawe kwishingira imigambi yo gukorera Yehova.
Ntitwigere duhemuka
Ukudahemuka ni kamere nziza cane. Ni gute woba intahemuka kuri Yehova mu bihe bitandukanye?
Ibiranga Yehova
Woba woshobora kuvuga ibintu nyamukuru bine biranga Yehova tubona mu vyaremwe?
Ndakunda kugira isuku
Kuba abantu basukuye bituma duhimbarwa kandi na Yehova biramuhimbara
Dusezeranirwa ubuzima budahera
Yehova azogarukana iparadizo kw’isi. Woba wokwiyumvira wageze mw’isi nshasha?
Shemeza Ya hamwe nanje!
Buri musi, turagira imvo zo gushemeza Imana yacu, Yehova.
Kwitegurira kuja mu ndimiro
Nimuze twitegurire kuja mu ndimiro.
Yehova ni Data
Yehova ashaka ko tumufata nk’Umuvyeyi.
Nunezereze Yehova
Urashobora kugira umutima rugabo ugakora ikibereye maze ukanezereza Yehova.
Imana ni yo ikuza
Reka twige ukuntu umuntu ashobora gukomeza ubucuti afitaniye na Yehova.
Ukeneye umugenzi numubere umugenzi
Urashobora kuronka abagenzi beza igihe nawe ubabereye umugenzi mwiza.
Twoba twohimbaza isabukuru y’amavuko?
Raba igituma tudashima guhimbaza isabukuru y’amavuko.

