Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima

Ironderero ry’uturorero (Imigani)

Ironderero ry’uturorero (Imigani)

Ibitigiri vyerekana ibigabane.

abakozi bahembwa idenariyo 97

abakozi bo mu murima w’imizabibu 97

abana babiri batumwe mu murima w’imizabibu 106

abana mu kaguriro 39

abantu babiri bafise imyenda 40

abarimyi b’abicanyi 106

abarimyi bica umwana wa nyen’umurima 106

abarovyi b’abantu 22

abashumba bareretse ko shebuja agaruka 78

abigeme cumi 112

agatete k’ingano gapfa, maze kakama 103

agatete ka sinapi, Ubwami 43

agatete ka sinapi, ukwizera 89

banka kwitaba ubutumire bw’inzimano 83

guhitamwo ibibanza vyizavyiza 83

gushira ukuboko kw’isuka 65

gutumira aboro ku nzimano 83

idarakima yari yatakaye iboneka 85

idarakima yatakaye 85

igikumbi mu jisho rya mugenzawe 35

igiti c’umusukoni 79

ikiremo gishasha ku mpuzu ishaje 28

imaragarita imbere y’ingurube 35

imaragarita y’agaciro kanini 43

imbuto zigwa mw’ivu ritandukanye 43

imina 100

impwemu mbi igaruka 42

ingamiya mu zuru ry’urushinge 96

ingano n’icatsi kibi 43

inkoko yegeranya imiswi yayo 110

intama n’impene 114

intama yazimiye 63

inyoni n’amashurwe 35

inzu yubatswe ku rutare 35

irembo ryaga 35

italanto 113

itunga ryanyegejwe mw’itongo 43

izuru ry’urushinge 96

kumimina agatuku, kurotsa ingamiya 109

kwubaka umunara 84

ubukwe bw’umwami 107

umubivyi 43

umubivyi asinzira 43

umubwiriza atagororotse 87

umubwiriza w’umwizigirwa 78

umugenzi akovya 74

umunyu w’isi 35

umupfakazi n’umucamanza 94

umusamariya w’imbabazi 73

umushinge w’inzu 35

umushumba atashe avuye mu murima 89

umushumba ruburakigongwe 64

umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge 111

umutozakori n’Umufarizayo 94

umutunzi na Lazaro 88

umutunzi yubatse ibigega 77

umuvinyu mushasha, imikuza ishaje 28

umuvyeyi atanga n’umutima ukunze 35

umuzabibu w’ukuri 120

umwambiro mw’ifu 43

umwambiro w’Abafarizayo 58

umwami aheba umwenda munini 64

umwami yitegurira intambara 84

umwana w’icangazi 86

umwana yari yatakaye 86

Umwungere w’agahebuza 80

urusenga rw’umukwabu 43

IRONDERERO RY’IBIRI MU NZITIRO

‘Imisi yo kubatyorora ikwira’ 6

Ingendo zihimbaye 10

Abasamariya bari bande? 19

Ukwizizirwa n’amadayimoni 23

Ibigereranyo vyerekeye ukwisonzesha 28

Kwigisha mu gusubiramwo 35

Icuya ciwe kimeze nk’amama y’amaraso 123

Itongo ry’amaraso 127

Gutonagura 129

“Mumanike” ku giti 132