Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Porogarama y’ihwaniro ryo mu 2017

Nurabe urutonde rwa buri musi w’iri hwaniro rizogufasha kuguma ukora ivyiza no kwihanganira ibigeragezo.

Ku wa gatanu

Ni igiki cofasha abakirisu gutsimbataza kamere zotuma bihanganira imibabaro?

Ku wa gatandatu

Ni gute Imana Mushoboravyose ituronsa uruhoza n’ukwihangana?

Ku wa mungu

Yezu yavuze ati: “Uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa.” Ni gute twokurikiza iyo ngabisho?

Ibimenyeshwa abitavye ihwaniro

Woshobora guhimbarwa no kwitaba inama zidasanzwe ziba mu kiringo c’ihwaniro. Wipfuza kumenya vyinshi ku bijanye n’abakira abantu, ibatisimu, intererano, ugutabara abarwaye, ivyatakaye n’ivyatowe, ivyicaro be n’abakora bavyishakiye raba ng’aha.

Raba n'ibindi

NI BANDE BARIKO BARAKORA IVYO YEHOVA AGOMBA MURI IKI GIHE?

Ni kubera iki Ivyabona vya Yehova baja ku materaniro maninimanini?

Buri mwaka, turakoranira hamwe mu biringo bitatu bidasanzwe. Wokwungukira gute kuri iyo mitororokano?