Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Porogarama y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2017-2018 ririmwo umucungezi w’umuzunguruko

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
  1. Kubera iki gukora iciza ari urugamba? (1 Pet. 5:8; Rom. 12:2; Rom. 7:21-25)

  2. Kubiba ku bw’umubiri bisobanura iki, kandi twovyirinda gute? (Gal. 6:8)

  3. Ni bande dukwiye ‘gukorera iciza’? (Gal. 6:10)

  4. Dushobora gute kubiba ku bw’impwemu? (Gal. 6:8)

  5. Tuzokwimbura iki nitutadebukirwa? (Gal. 6:9)