Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Porogarama y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2017-2018 ririmwo umucungezi w’umuzunguruko

Raba urutonde rwa porogarama y’iri teraniro ry’umuzunguruko ririmwo insiguro zitatu zizoshikirizwa n’umucungezi w’umuzunguruko.

Nugume ukora ivyiza.

Kubera iki ari urugamba gukora iciza, kandi ni igiki kizobidufashamwo?

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Ibi bibazo bizokwishurwa mu kiringo c’iryo teraniro.