Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Niwiyegereze Yehova

 IGIHIMBA CA 3

“Inkerebutsi mu Mutima”

“Inkerebutsi mu Mutima”

Ubukerebutsi nyakuri ni bumwe mu butunzi bw’agaciro kuruta ubundi bwose ushobora kurondera. Yehova wenyene ni we soko ryabwo. Muri iki gihimba turihweza twitonze ubukerebutsi butagira akarimbi bwa Yehova Imana, uwo wa mugabo w’umwizerwa Yobu yavuze ibimwerekeye ati: “Ni inkerebutsi mu mutima.”Yobu 9:4, “NW.”

IBIRI MURI IKI GIHIMBA

IKIGABANE CA 17

‘Yo, Uburebure bw’Amajepfo bw’Ubukerebutsi bw’Imana!’

Ni kubera iki ubukerebutsi bw’Imana busumba mbere n’ubumenyi bwayo, ugutegera n’ugutahura?

IKIGABANE CA 18

Ubukerebutsi mw’“Ijambo ry’Imana”

Kubera iki Imana yakoresheje abantu mu kwandika Bibiliya aho gukoresha abamarayika canke kuyiyandikira ubwayo?

IKIGABANE CA 19

‘Ubukerebutsi bw’Imana mw’Ibanga Ryeranda’

Ibanga ryeranda Imana yari yarahishije mugabo ubu ryahishuwe ni irihe?

IKIGABANE CA 20

‘Inkerebutsi mu Mutima,’ Yamara Yicisha Bugufi

Bishoboka bite ngo Umukama Segaba w’ijuru n’isi yicishe bugufi?

IKIGABANE CA 21

Yezu Ahishura ‘Ubukerebutsi Buva ku Mana’

Vyagenze gute ngo uburyo Yezu yigisha butume abasoda barungitswe kumufata basubira inyuma imbokoboko?

IKIGABANE CA 22

‘Ubukerebutsi Buva mw’Ijuru’ Bwoba Buriko Burakora mu Buzima Bwawe?

Bibiliya iravuga ibintu bine vyogufasha gutsimbataza ubukerebutsi buva ku Mana.