Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Niwiyegereze Yehova

 IGIHIMBA CA 1

‘Ari n’Inkomezi Nyinshi’

‘Ari n’Inkomezi Nyinshi’

Muri iki gihimba turaza gusuzuma inkuru zo muri Bibiliya zemeza ububasha Yehova afise bwo kurema, gusangangura, gukingira, no gusubiza ibintu mu buryo. Gutahura ukuntu Yehova Imana we ari n’‘inkomezi nyinshi’ akoresha “ububasha bg’ubushobozi bgiwe,” biruzuza imitima yacu akoba.Yesaya 40:26.

IBIRI MURI IKI GIHIMBA

IKIGABANE CA 4

‘Yehova Afise Ububasha Bwinshi’

Ububasha bw’Imana bwoba bukwiye gutuma tuyitinya? Umuntu yishuye ego canke oya ntiyoba yihenze.

IKIGABANE CA 5

Ububasha bwo Kurema bw’‘Umuremyi w’Ijuru n’Isi’

Uhereye ku zuba amahero ugashika ku kanyoni gatoyi kitwa umununi, ivyo Imana yaremye birashobora kutwigisha icigwa gihambaye ku biyerekeye.

IKIGABANE CA 6

Ububasha bwo Gusangangura—‘Yehova Ni Intōre mu Ntambara’

“Imana nyen’amahoro” ishobora gute kurwana intambara?

IKIGABANE C’7

Ububasha bwo Gukingira—‘Imana Ni Yo Buhungiro Bwacu’

Imana ikingira abasavyi bayo mu buryo bubiri, ariko bumwe muri bwo ni bwo buhambaye cane.

IKIGABANE C’8

Ububasha bwo Gusubiza Ibintu mu Buryo—Yehova ‘Vyose Arabihindura Bisha’

Yehova aramaze gusubiza umutamana ugusenga kw’ukuri. Ni ibiki azosubiza mu buryo muri kazoza?

IKIGABANE C’9

‘Kirisitu, Ubushobozi bw’Imana’

Ibitangaro n’inyigisho vya Yezu Kristu bihishura iki ku vyerekeye Yehova?

IKIGABANE C’10

‘Niwigane Imana’ mu Kuntu Ukoresha Ububasha

Hari aho wosanga ufise ububasha burenze ubwo wibaza ko ufise—wobukoresha gute neza?