Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Niwiyegereze Yehova

Imana iragutumira ngo uyiyegereze. Iki gitabu kizogufasha kubigira cisunze Bibiliya.

Akajambo k’Intango

Urashobora kwunga na Yehova Imana ubucuti butazokwigera busenyuka.

IKIGABANE CA 1

‘Ehe Iyi Ni yo Mana Yacu’

Kubera iki Musa yabajije izina ry’Imana kandi yari asanzwe arizi?

IKIGABANE CA 2

Woba vy’Ukuri Ushobora ‘Kwiyegereza Imana’?

Yehova Imana, Umuremyi w’ijuru n’isi, araduha ubutumire n’umuhango.

IKIGABANE CA 3

“Mweranda, Mweranda, Mweranda Ni Yehova”

Ni kubera iki Bibiliya yerekana ko hariho isano hagati y’ubweranda n’ubwiza?

IKIGABANE CA 4

‘Yehova Afise Ububasha Bwinshi’

Ububasha bw’Imana bwoba bukwiye gutuma tuyitinya? Umuntu yishuye ego canke oya ntiyoba yihenze.

IKIGABANE CA 5

Ububasha bwo Kurema bw’‘Umuremyi w’Ijuru n’Isi’

Uhereye ku zuba amahero ugashika ku kanyoni gatoyi kitwa umununi, ivyo Imana yaremye birashobora kutwigisha icigwa gihambaye ku biyerekeye.

IKIGABANE CA 6

Ububasha bwo Gusangangura—‘Yehova Ni Intōre mu Ntambara’

“Imana nyen’amahoro” ishobora gute kurwana intambara?

IKIGABANE C’7

Ububasha bwo Gukingira—‘Imana Ni Yo Buhungiro Bwacu’

Imana ikingira abasavyi bayo mu buryo bubiri, ariko bumwe muri bwo ni bwo buhambaye cane.

IKIGABANE C’8

Ububasha bwo Gusubiza Ibintu mu Buryo—Yehova ‘Vyose Arabihindura Bisha’

Yehova aramaze gusubiza umutamana ugusenga kw’ukuri. Ni ibiki azosubiza mu buryo muri kazoza?

IKIGABANE C’9

‘Kirisitu, Ubushobozi bw’Imana’

Ibitangaro n’inyigisho vya Yezu Kristu bihishura iki ku vyerekeye Yehova?

IKIGABANE C’10

‘Niwigane Imana’ mu Kuntu Ukoresha Ububasha

Hari aho wosanga ufise ububasha burenze ubwo wibaza ko ufise—wobukoresha gute neza?

IGIHIMBA CA 2

‘Akunda Ubutungane’

IKIGABANE CA 11

“Inzira Ziwe Zose Ziragororotse”

Ni gute ubutungane bw’Imana ari kamere ituma tuyikunda?

IKIGABANE CA 12

‘Mbega Imana Iragabitanya?’

Nimba Yehova yanka akarenganyo, ni kubera iki isi yuzuye akarenganyo?

IKIGABANE CA 13

“Ivyagezwe vy’Uhoraho Biratunganye Rwose”

Ni gute ubucamanza bushobora kuremesha urukundo?

IKIGABANE CA 14

Yehova Atanga “Incungu ya Benshi”

Inyigisho yoroshe ariko yimbitse irashobora kugufasha kurushiriza kwiyegereza Imana.

IKIGABANE CA 15

Yezu ‘Ashinga Ubutungane mw’Isi’’

Yezu yatsimbataje gute ubutungane bw’Imana muri kahise? Ariko abikora gute ubu? Ni gute azoshinga ubutungane muri kazoza?

IKIGABANE CA 16

‘Kurikiza Ubutungane’ mu Kugendana n’Imana

Ni kubera iki Yezu yagabishije ati: ‘Nimureke guhinyurira mu mitima yanyu, namwe mukazohinyurwa’?

IKIGABANE CA 17

‘Yo, Uburebure bw’Amajepfo bw’Ubukerebutsi bw’Imana!’

Ni kubera iki ubukerebutsi bw’Imana busumba mbere n’ubumenyi bwayo, ugutegera n’ugutahura?

IKIGABANE CA 18

Ubukerebutsi mw’“Ijambo ry’Imana”

Kubera iki Imana yakoresheje abantu mu kwandika Bibiliya aho gukoresha abamarayika canke kuyiyandikira ubwayo?

IKIGABANE CA 19

‘Ubukerebutsi bw’Imana mw’Ibanga Ryeranda’

Ibanga ryeranda Imana yari yarahishije mugabo ubu ryahishuwe ni irihe?

IKIGABANE CA 20

‘Inkerebutsi mu Mutima,’ Yamara Yicisha Bugufi

Bishoboka bite ngo Umukama Segaba w’ijuru n’isi yicishe bugufi?

IKIGABANE CA 21

Yezu Ahishura ‘Ubukerebutsi Buva ku Mana’

Vyagenze gute ngo uburyo Yezu yigisha butume abasoda barungitswe kumufata basubira inyuma imbokoboko?

IKIGABANE CA 22

‘Ubukerebutsi Buva mw’Ijuru’ Bwoba Buriko Burakora mu Buzima Bwawe?

Bibiliya iravuga ibintu bine vyogufasha gutsimbataza ubukerebutsi buva ku Mana.

IGIHIMBA CA 4

‘Imana Ni Urukundo’

IKIGABANE CA 23

‘Ni We Yabanje Kudukunda’

Imvugo ngo ‘Imana ni urukundo’ isobanura iki vy’ukuri?

IKIGABANE CA 24

Nta na Kimwe Gishobora “Kudutandukanya n’Urukundo rw’Imana”

Ntibakubeshe ngo Imana ntishobora kugukunda canke ngo nta gaciro ufise kuri yo.

IKIGABANE CA 25

‘Imbabazi Zirangwa n’Ikibabarwe z’Imana Yacu’

Ni mu buryo ki impuhwe Imana ikugirira zimeze nka zirya umuvyeyi agirira umwana wiwe?

IKIGABANE CA 26

Imana ‘Igabirije Guharira’ Ivyaha

Nimba Imana yibuka ibintu vyose, wumva yobabarira gute ikongera ikibagira?

IKIGABANE CA 27

“Ewe Ukuntu Ukumera Neza Kwiwe Ari Kwinshi!”

Neza na neza, ukumera neza kw’Imana ni iki?

IKIGABANE CA 28

“Wewe Wenyene Ni We Uri Intahemuka”

Ni kubera iki ukudahemuka kw’Imana gusumba ubwizigirwa bwayo?

IKIGABANE CA 29

‘Kumenya Urukundo rwa Kirisitu’

Imice itatu y’urukundo rwa Yezu iragaragaza ata gahaze urukundo rwa Yehova.

IKIGABANE CA 30

“Mugendere mu Rukundo”

Mu Bakorinto ba mbere harerekana uburyo 14 dushobora kugaragazamwo urukundo.

IKIGABANE CA 31

“Mwiyegereze Imana, na Yo Izobēgēra”

Ni ikibazo ikihe gihambaye kuruta ibindi wokwibaza? Wocishura gute?