Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2017

Raporo yo mu 2016 yose ifatiwe hamwe

Raporo yo mu 2016 yose ifatiwe hamwe
  • Ibiro vy’amashami y’Ivyabona vya Yehova: 89

  • Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 240

  • Amashengero yose hamwe: 119.485

  • Abitavye Icibutso kw’isi yose: 20.085.142

  • Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 18.013

  • Abamamaji bose hamwe: 8.340.847

  • Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.132.358

  • Iyongerekana ugereranije na 2015: 1,8

  • Ababatijwe bose hamwe: 264.535

  • Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 459.393

  • Incahagati y’abatsimvyi buri kwezi: 1.157.017

  • Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.983.763.754

  • Incahagati y’inyigisho zayobowe buri kwezi: 10.115.264

Mu mwaka w’umurimo wa 2016, Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari arenga imiliyoni 213 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 360) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari n’abacungezi b’imizunguruko mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro. Kw’isi yose, abasuku bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 19.818. Bose bari mu Rwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.