Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016

Raporo yo mu 2015 yose ifatiwe hamwe

Raporo yo mu 2015 yose ifatiwe hamwe
  • Ibiro vy’amashami y’Ivyabona vya Yehova: 89

  • Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 240

  • Amashengero yose hamwe: 118.016

  • Abitavye Icibutso kw’isi yose: 19.862.783

  • Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 15.177

  • Abamamaji bose hamwe: 8.220.105

  • Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 7.987.279

  • Iyongerekana ugereranije na 2014: 1,5

  • Ababatijwe bose hamwe: 260.273

  • Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 443.504

  • Incahagati y’abatsimvyi buri kwezi: 1.135.210

  • Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.933.473.727

  • Incahagati y’inyigisho zayobowe buri kwezi: 9.708.968

Mu mwaka w’umurimo wa 2015, Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari y’Abanyamerika arenga imiliyoni 236 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 364) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari be n’abacungezi b’ingenzi mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro. Kw’isi yose, abasuku bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 26.011. Bose ni abo mu bagize Urwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.