Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015

Kwamamaza no kwigisha kw’isi yose

Kwamamaza no kwigisha kw’isi yose

 KW’ISI YOSE

  • IBIHUGU 239

  • ABAMAMAJI 8.201.545

  • AMASAHA YO MU NDIMIRO YOSE HAMWE 1.945.487.604

  • INYIGISHO ZA BIBILIYA 9.499.933

IBIRI MURI IKI GIHIMBA

Afrika

Nusome incamake y’igikorwa cacu co kwigisha Bibiliya twakoze mu 2014 muri Angola, Kongo (Kinshasa), Gana, Nijeriya, no muri Afrika y’Epfo.

Amerika

Nusome incamake y’igikorwa co kwigisha Bibiliya twakoze mu 2014 muri Arjantine, Brezile, Hayiti, Paraguay, no muri Suriname.

Aziya n’ibihugu vy’Abarabu

Nusome incamake y’igikorwa co kwigisha Bibiliya twakoze mu 2014 muri Endoneziya, Mongoliya, Filipine, no mu kindi gihugu co muri Aziya.

Uburaya

Nusome incamake y’igikorwa co kwigisha Bibiliya twakoze mu 2014 muri Bilgariya, Finlande, Ubudagi, Rumaniya, Uburusiya, Espanye, no muri Suwede.

Oseyaniya

Nusome incamake y’igikorwa co kwigisha Bibiliya twakoze mu 2014 muri Kiribati, mu Mazinga ya Marshall, muri Papouasie-Nouvelle-Guinée, no muri Vanuwatu.