Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI NTWARANTE 2015

 IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO | YEZU ARAKIZA—ADUKIZA IKI?

Icibutso c’urupfu rwa Yezu kizoba ryari kandi kizobera he?

Icibutso c’urupfu rwa Yezu kizoba ryari kandi kizobera he?

Buca Yezu apfa, yarategetse abigishwa biwe kwibuka ikimazi yagira atange. Yababwiye ati: “Muragume mugira ibi mu kunyibuka.”Luka 22:19.

Muri uyu mwaka, Icibutso c’urupfu rwa Yezu kizohimbazwa ku wa gatanu igenekerezo rya 3 Ndamukiza, 2015, izuba rirenze. Ivyabona vya Yehova baragutumiye wewe n’umuryango wawe ngo muzoze kwumviriza insiguro izokwerekana igituma urupfu rwa Yezu ruhambaye cane n’ico rwokumarira.

 

Raba n'ibindi

Kwibuka urupfu rwa Yezu

Ku mwaka ku mwaka, abantu amamiliyoni barahurira hamwe kugira bibuke urupfu rwa Yezu. Uratumiwe ngo uzoze wiyumvire ukuntu ico kintu gihambaye kigufitiye akamaro.