Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) MUKAKARO 2015

Iki kinyamakuru kirimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 31 Myandagaro gushika ku wa 27 Nyakanga 2015.

Baritanze babikunze—Mu Burusiya

Nusome ibijanye n’abatararushinga be n’abarushinze bimukiye mu Burusiya gukorera aho abamamaji bakenewe kuruta. Barize kurushiriza kwiheka kuri Yehova!

Nukore kugira uryohore iparadizo yo mu buryo bw’impwemu

Iparadizo yo mu buryo bw’impwemu be n’urusengero rwo mu buryo bw’impwemu vyoba ari co kimwe? ‘Iparadizo’ Paulo yabonye ‘mw’ijuru rya gatatu’ ni iki?

Nukorere Yehova mu “misi y’ivyago”

Ushobora gute kugumana ukwizera gukomeye kandi ukaguma uri umunyamwete mu murimo wa Yehova? Rimbura ibijanye n’abasavyi b’Imana bavugwa muri Bibiliya bari bageze mu zabukuru, bayikoreye banezerewe.

“Ukurokoka kwanyu kuzoba kuriko kuregereza”!

Ni ubutumwa ubuhe buzoshikirizwa ya makuba akomeye amaze gutangura? Abarobanuwe bizobagendera gute ico gihe?

Hoba hari uwubona ivyo ukora?

Akarorero ka Bezaleli na Oholiyabu karadufasha gutahura uku kuri guhambaye: Yehova arabona ivyo dukora naho nyene abandi boba basa n’abatabibona.

Nugume uri intahemuka ku Bwami bw’Imana

Abakirisu bashobora gute kwimenyereza kuguma ari intahemuka kuri Yehova no ku Bwami bwiwe?

Iki ni ikibanza dusengeramwo

Dushobora gute kwubaha ibibanza dusengeramwo? Amahera yo kwubaka no kubungabunga Ingoro z’Ubwami ava he?

Wari ubizi?

Bibiliya ivuga yuko ibice vya ca Gihugu c’isezerano vyari bigizwe n’ibibira. Ivyo vyoba ari ko vyari biri, uravye ukuntu ubu ari igiharabuga?