Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ruheshi 2015

Iki kinyamakuru kirimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 27 Mukakaro gushika ku wa 30 Myandagaro 2015.

Kristu ni ububasha bw’Imana

Ibitangaro Yezu yakoze ntivyagiriye akamaro gusa abantu baba muri Isirayeli ya kera, ariko kandi vyarerekanye ivyo azokorera abantu muri kazoza ka vuba.

Yarakunda abantu

Ukuntu Yezu yakora ibitangaro vyagaragaje iki ku bijanye n’ukuntu yiyumva?

Turashobora kuguma tutanduye

Bibiliya iravuga ibintu bitatu bidufasha mu rugamba rwo kurwanya ivyipfuzo vy’ubusambanyi.

“Nimba Kingsley abishobora, jeho kuki?”

Kingsley wo muri Sri Lanka yararwanye urugamba rukomeye kugira ashikirize ikiganiro c’iminota mikeyi gusa.

Tubeho duhuza na rya sengesho ry’akarorero—Igice ca 1

Ni kubera iki Yezu yatanguye iryo sengesho mu kuvuga ngo “Dawe wa twese” aho kuvuga ngo “Dawe wanje”?

Tubeho duhuza na rya sengesho ry’akarorero—Igice ca 2

Igihe dusavye Imana ngo ituronse ibifungurwa vyacu vy’uyu musi, mu vy’ukuri tuba turiko tuyisaba n’ibindi uretse ibifungurwa vy’umubiri ubwacu dukeneye.

“Mukeneye ukwihangana”

Intunganyo zine Yehova yashizeho zishobora kugufasha kwihanganira ibigeragezo canke ingorane.

Woba uvyibuka?

Woba warasomye inomero z’Umunara w’Inderetsi za vuba? Nugerageze urabe ivyo wibuka.