Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) RUSAMA 2015

Iki kinyamakuru kirimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 29 Ruheshi gushika ku wa 26 Mukakaro 2015.

Kwibuka urukundo nari mfise ubwa mbere vyaramfashije kwihangana

Niwisomere inkuru y’ubuzima ya Anthony Morris wa gatatu, umwe mu bagize Inama Nyobozi y’Ivyabona vya Yehova.

Uraba maso—Shetani ashaka kukurotsa!

Ibintu bitatu biranga Shetani biratuma aba umwansi ateye akaga bidasanzwe.

Turashobora kurwanya Shetani kandi tukamutsinda

Ushobora gute kwirinda umutego wa Shetani w’ubwibone, wo guhahamira amaronko be n’uw’ubusambanyi?

‘Barabonye’ mu bwenge ivyasezeranywe

Abagabo n’abagore b’abizigirwa ba kera baradusigiye akarorero keza mu bijanye no kubona mu bwenge imihezagiro yo muri kazoza.

Twigane umwe adusezeranira ubuzima budahera

Twoba vy’ukuri dushobora gutahura ibintu bitaradushikira?

Ibibazo vy’abasomyi

Gogi w’i Magogi avugwa mu gitabu ca Ezekiyeli ni nde?

Nta kindi yahabonye atari urukundo

Nimba umaze kwitaba amahwaniro y’Ivyabona vya Yehova kuva mu myaka ya 1990, hari aho woba waratangajwe n’indinganizo tumaze imyaka mirongo twisunga.