Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI No 4 2017 | Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye ubuzima n’urupfu?

UVYIBAZAKO IKI?

Urupfu rwoba rwari mu nteguro y’Imana? Bibiliya ivuga iti:[Imana] izohanagura amosozi yose ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho.”​Ivyahishuwe 21:4.

Uwu Munara w’Inderetsi uraca irya n’ino ivyo Bibiliya ivuga ku vyerekeye ubuzima n’urupfu.

 

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ikibazo gitesha umutwe

Ko abantu batabona kumwe ibijanye n’ingene bigenda iyo umuntu apfuye, ni hehe twokura amakuru yo kwizigirwa?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ico Bibiliya ivuga ku vyerekeye ubuzima n’urupfu

Iyo dupfuye, hoba hari ikintu kituvamwo kikabandanya kubaho? Twoba dufise umutima w’ubwenge udapfa? Abapfuye bari hehe?

Igihe uwawe arwaye indwara izomuhitana

Abagize umuryango bokora iki kugira ngo baremeshe kandi bitwararike uwabo arwaye indwara izomuhitana? Abarwaza boshobora gute kwihanganira ingorane n’ibibazo vyobashikira mu kiringo co kumurwaza?

Elias Hutter na Bibiliya zidasanzwe yashize mu giheburayo

Umuhinga umwe wo mu kinjana ca 16 yitwa Elias Hutter, yarasohoye Bibiliya zibiri z’igiheburayo zidasanzwe.

Akadome kanzwinya k’igiheburayo karaduha icizigiro gikomeye

Yezu yashaka kuvuga iki igihe yavuga ibijanye n’akadome kanzwinya mu zindi ndome?

Iparadizo yo kw’isi, ni indoto canke izobaho?

Kuva kera, abantu bagumye biyumvira ibijanye na ya paradizo yatakara. Iparadizo nk’iyo yoba izosubira kubaho?

Bibiliya ibivugako iki?

Bisa n’uko amaganya ari ntahara mu buzima bw’umuntu. None twoba dushobora kuyaremururwa?

Ibindi usanga kuri internet

Kubera iki abantu bapfa?

Inyishu Bibiliya itanga kuri ico kibazo irahumuriza kandi iratanga icizigiro.