Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI No 6 2017 | Ingabire iruta zose ni iyihe?

UVYIBAZAKO IKI?

Ni nde mutanzi w’ingabirano iruta izindi zose kw’isi no mw’ijuru?

“Ingabirano nziza yose be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru.”​Yakobo 1:17.

Uwu Munara w’Inderetsi uradufasha guha agaciro ingabirano Imana yaduhaye iruta izindi zose.

 

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

“Ni yo ngabire iruta izindi zose nari maze kuronka”

Woba wipfuza gutanga canke kuronka ingabire ishimishije?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Womenya gute ingabire iruta izindi?

Kuronka ingabire twovuga ko iruta izindi si icoroshe. Nakare, ingabire iba iy’agaciro bivanye n’uwuyihawe.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ingabire iruta zose ni iyihe?

Mu ngabire zose Imana yahaye abantu, hariho imwe iruta izindi zose.

Neza na neza Yezu yasa gute?

Abanyatugenegene badaharurika baramaze ibinjana n’ibindi bashushanya Yezu ugutandukanye. None Ivyanditswe bihishura iki ku bijanye n’ingene yasa?

Nitubone amakosa mu buryo bubereye

Twaba tungana gute canke tuzi ibingana iki, twese turakora amakosa. Ariko none twovyifatamwo gute igihe abaye?

Bibiliya​—Kuki hari izitandukanye?

Woba wipfuza gutahura igituma hari Bibiliya zitandukanye?

Noweli yoba ibereye ku bakirisu?

Abagendanye na Yezu boba barahimbaza Noweli?

Bibiliya ibivugako iki?

Ijambo Harumagedoni rituma abantu bumva akoba. None vy’ukuri risobanura iki?

Ibindi usanga kuri internet

Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza Noweli?

Abantu benshi barahimbaza Noweli naho bazi inkomoko yayo. Raba igituma Ivyabona vya Yehova batayihimbaza.