Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

‘Imana irakubabaye’

‘Imana irakubabaye’

Naho abandi boguhemukira, hariho uwutazokwigera aguheba. None ni nde?

Umwami Dawidi yavuze ati: “Hamwe data na mama bonta, Yehova ubwiwe yonyitorera.”​—Zaburi 27:10.

Yehova ni “Se w’imbabazi zuzuye ikibabarwe ikaba n’Imana y’uruhoza rwose, iyiduhoza mu makuba yacu yose.”​—2 Abakorinto 1:3, 4.

“Muterere amaganya yanyu yose kuri yo, kuko ibababara.”​—1 Petero 5:7.

Nimba ushaka kumenya ko Imana yipfuza kugufasha, raba ikigabane ca 12 c’igitabu Bibiliya itwigisha iki? casohowe n’Ivyabona vya Yehova. Kiraboneka no kuri www.jw.org