Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) NTWARANTE 2016

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 2 gushika ku wa 29 Rusama 2016.

Yemwe bakiri bato, mwoba mwiteguriye kubatizwa?

Ibibazo bitatu bishobora kugufasha gufata ingingo.

Yemwe bakiri bato, mwokwitegurira gute kubatizwa?

Vyogenda gute nimba wibaza ko hataragera? Bite ho nimba wipfuza kubatizwa mugabo abavyeyi bawe bakabona ko ukwiye kurindira?

Wofasha gute gukomeza ubumwe bwacu?

Ibintu Yohani yeretswe dusanga mu Vyahishuwe ikigabane ca 9 birerekana ukuntu ubumwe bwacu buhambaye.

Yehova arayobora abasavyi biwe mu nzira y’ubuzima

Twokwerekana gute ko duhanga amaso Yehova kugira atuyobore?

Woba ushobora gufasha mw’ishengero urimwo?

Woba ushobora kugaragaza agatima k’ubumisiyonari no mw’ishengero urimwo?

Niwigane agatima abahanuzi bagaragaje

Akarorero ka Ezekiyeli, aka Yeremiya n’aka Hoseya burashobora kudufasha igihe turushe, twacitse intege canke duhawe igikorwa kigoye.

Ibibazo vy’abasomyi

Ni ryari abasavyi b’Imana bagizwe imbohe na Babiloni Akomeye? Shetani yoba yaratwaye koko Yezu ku rusengero igihe yariko aramugerageza?