Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) KIGARAMA 2016

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 30 Nzero gushika ku wa 26 Ruhuhuma 2017.

Naracitse “vyose ku bantu b’uburyo bwose”

Ibikorwa bitandukanye Denton Hopkinson yagiye arashingwa kuva akiri muto vyaramufashije kubona ko Yehova akunda abantu b’uburyo bwose.

Mwagizwe abidegemvya biciye ku buntu ata wari abukwiriye

Urashobora kuronka ivyiza vyinshi wihweje ukuntu Yehova yakubohoye akagukura mu gicumuro.

“Kugumiza umuzirikanyi ku vy’impwemu bivamwo ubuzima n’amahoro”

Mu Baroma ikigabane ca 8 turahasanga impanuro zogufasha kuronka impera Yehova azoronsa abantu bose.

Woba uvyibuka?

Woba warasomye inomero z’Umunara w’Inderetsi za vuba? Muri ibi bibazo, ni bingahe ushobora kwishura?

Muterere amaganya yanyu yose kuri Yehova

Birashika abasavyi b’Imana bakagira amaganya. Raba ibintu bine wokora kugira uronke “amahoro y’Imana.”

Yehova arahemba abamuronderana ubwira

Kuba twizigiye ko Yehova azoduha impera bitugirira akamaro gute? Ni gute yahaye impera abasavyi biwe ba kera, kandi ayitanga gute muri iki gihe?

Ubwitonzi ni ingendo iranga ubukerebutsi

Igihe urenganijwe, ntivyoroshe ko uguma wigumije, ariko Bibiliya iremesha abakirisu kuba abantu bitonda. Ni igiki cogufasha gutsimbataza iyo kamere?

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2016

Urutonde rw’ibiganiro vyasohowe mu nteguro ya bose no mu nteguro y’ukwiga.