Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Be maso!  |  No 6 2017

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2017

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2017

Ikinyamakuru Be maso! kivuga ibintu bishimisha abantu muri rusangi kandi ni co gisohoka cane kw’isi gusumba ibindi.

Mu 2017 hasohotse amakopi arenga imiliyoni 360 mu ndimi zirenga 100.

ABANTU BO MURI KAHISE

AMAGARA BE N’UBUVUZI

IBIGANIRO TWAGIRANYE NA . . .

  • Umuhinga w’ubwonko asigura icatumye yemera Imana (Rajesh Kalaria): No. 4

  • Umuhinga mu vya ordinateri asigura icatumye yemera Imana (Dr. Fan Yu): No. 3

IBIHUGU N’ABABIBAMWO

IBIKOKO BE N’IBIMERA

  • Inyoni y’igitangaza: No. 4

IMIBANO

  • ‘Izina ryiza riruta itunga ryinshi’: No. 4

  • Nushimire uwo mwubakanye: No. 1

  • Akamaro k’udukorwa two muhira (abavyeyi): No. 3

  • Igisha umwana wawe kwicisha bugufi (abavyeyi): No. 6

  • Ntiwigerezeko urondera gusa kwiryohera (urwaruka): No. 5

  • Iyo umuvyeyi apfuye (urwaruka): No. 2

  • Icofasha abana babuze uwabo: No. 2

  • Igihe abana batakiba muhira (umubano): No. 4

  • Kumwenyura ni ingabire wohako n’abandi: No. 1

IVYABONA VYA YEHOVA

  • “Twarakozwe ku mutima n’urukundo batugaragarije” (Nyamugigima muri Nepale): No. 1

IVY’IDINI

  • Wemezwa n’iki ko Bibiliya iva ku Mana? No. 3

SIYANSI

  • Utwamwa tw’ubururu bukayangana cane: No. 4

  • Ikinyegeri kirinda ubushuhe: No. 1

  • Twoba dufise ubwonko mu nda?: No. 3

  • Ingene uruyuki rugwa ahantu: No. 2

  • Ubwoya bw’igikoko citwa loutre de mer: No. 3

  • Ukuntu ibiruka bimeze: No. 5

TWISUNZE BIBILIYA

UKUNTU IVYO MW’ISI VYIFASHE

  • Ivyodufasha kurusimba hateye icago: No. 5

  • Isi yoba itakivayo? No. 6

UTUNTU N’UTUNDI

  • Woba utakironka umwanya kubera akazi? No. 4

  • Ingene twokoresha neza umuyagankuba n’igitoro: No. 5

  • Kuraba ivy’amashetani hari ico bitwaye? No. 2