Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

BE MASO! No 6 2016

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2016

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2016

“Murakoze kuba muturonsa ibinyamakuru biza tubikeneye.”—Amy

Amy ni inabibondo. Muri iki kinyamakuru Be maso! arahakura ivyiyumviro bimufasha mu buzima bwa misi yose. N’abandi bantu amamiliyoni barungukira cane ku gusoma iki kinyamakuru gisohoka rimwe mu mezi abiri. Ja kuri www.jw.org urabe ibiganiro vyo mu 2016 vyerekanywe ng’aha.

ABANTU BO MURI KAHISE

AMAGARA BE N’UBUVUZI

  • Ibifungurwa bikuziraniye canke bikakugwa nabi: No. 3

  • Ingene twokwirinda indwara: No. 6

IBIGANIRO TWAGIRANYE NA . . .

  • Umuhinga asigura icatumye yemera Imana: (Y. Hsuuw): No. 2

IBIHUGU N’ABABIBAMWO

IBIKOKO BE N’IBIMERA

IMIBANO

  • Ingene mwoganira akababakiye (mu mubano): No. 3

  • Kuronka abagenzi beza: No. 1

  • Kwubaha uwo mwubakanye: No. 6

  • Nufashe umwana wawe kwitegurira ubuyabaga: No. 2

  • Nuyage n’umwana wawe ivyerekeye igitsina: No. 5

IVYABONA VYA YEHOVA

  • Ikibazo c’indimi carakemutse: No. 3

  • “Ubwo buryo bwo kwigisha ni bwo!” (jw.org): No. 5

  • Woba uzi Ivyabona vya Yehova? No. 1

IVY’IDINI

  • Bibiliya ni igitabu kidasanzwe: No. 2

  • Ico Bibiliya ivuga ku guhuza ibitsina kw’ababisangiye: No. 4

  • Yezu yoba yarabayeho vy’ukuri? No. 5

SIYANSI

  • Ifi ihindagura amabara: No. 1

  • Ikintu c’agatangaza (karubone): No. 5

  • Izosi ry’ikimonyo: No. 3

  • Ubuzima bw’iminzerere y’imbonekarimwe: No. 4

  • Utugozi tw’agakoko kitwa moule marine: No. 6

TWISUNZE BIBILIYA

UTUNTU N’UTUNDI

  • Icogufasha kwimenyereza ibintu vyiza: No. 4

  • Ico wokora igihe habaye amahinduka: No. 4

  • Rema ntiwihebure! No. 1