Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Be maso!  |  No 5 2017

Intangamarara

Intangamarara

Kubera iki bihambaye kwitegurira ivyago?

Bibiliya ivuga iti: “Umunyabwenge abonye icago arihisha; abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakibonerako.”​—Imigani 27:12.

Iki kinyamakuru kirerekana ivyo dukwiye gukora imbere y’uko icago gishika, gishitse n’inyuma yaco.