Ikirundi
Muri iyi nomero: Ivyofasha abatuntuye
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/102018088/univ/art/102018088_univ_sqr_xl.jpg
g18 no. 3 rup. 16

IVYOFASHA ABATUNTUYE

Muri iyi nomero: Ivyofasha abatuntuye

Muri iyi nomero: Ivyofasha abatuntuye
  • INTUNTU YO KUBURA UWAWE

    Wodondora gute intuntu yo kubura uwawe? Kubera iki ababuze ababo bakeneye guhumurizwa?

  • IVYO WOKWITEGA

    Iki kiganiro kirerekana ivyiyumviro bitari vyo ku bijanye n’ingene abantu batuntura, kikerekana n’ibikunze gushikira benshi iyo babuze ababo. Nimba utuntujwe n’ukubura, raba ibintu bitandukanye ushobora kwitega.

  • IVYOGUFASHA KWIHANGANIRA INTUNTU

    Ni ibiki vyogufasha kwihanganira intuntu? Iki kiganiro kiratanga ivyiyumviro bitomoye vyafashije abatari bake kandi bishingiye ku mpanuro zidata igihe.

  • IMFASHANYO NZIZA KURUTA

    Raba isôko abenshi barondereyemwo uruhoza mu bihe bitoroshe, uheze wibonere ingene ryogufasha nawe.