Ikirundi
BE MASO! Ivyofasha abatuntuye
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/g/201811/RU/pt/g_RU_201811_lg.jpg
g18 no. 3

BE MASO! No 3 2018 | Ivyofasha abatuntuye

Twokura hehe ivyodufasha kwihanganira intuntu?

Ibi biganiro birerekana ivyo umuntu yokwitega igihe abuze uwiwe be n’ibintu yokora vyomufasha kwihanganira intuntu.

 

IVYOFASHA ABATUNTUYE

Intuntu yo kubura uwawe

Nta coza gitera intuntu canke kivuna umutima kuruta kubura uwo mwubakanye, incuti, canke umugenzi wikundira. Raba ivyo abahinga be n’ababuze ababo bavuga kuri ico kintu.

IVYOFASHA ABATUNTUYE

Ivyo wokwitega

Ni ibiki uwabuze uwiwe ashobora kwitega ko vyomushikira?

IVYOFASHA ABATUNTUYE

Ivyogufasha kwihanganira intuntu

Abatari bake barateye intambwe zabafashije kwihanganira intuntu.

IVYOFASHA ABATUNTUYE

Imfashanyo nziza kuruta

Bibiliya iratanga imfashanyo nziza kuruta.

IVYOFASHA ABATUNTUYE

Muri iyi nomero: Ivyofasha abatuntuye

Iyi nomero ya Be maso! irimwo imfashanyo n’indemesho ku babuze ababo.