BE MASO! No 2 2016 | Bibiliya ni igitabu kidasanzwe

Hariho igituma yakwiragijwe hirya no hino kw’isi yongera irashirwa mu ndimi nyinshi.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Bibiliya ni igitabu kidasanzwe

Kubera iki abantu bemeye gushira ubuzima bwabo mu kaga mu gusoma canke mu gutunga Bibiliya?

ICOFASHA UMURYANGO

Nufashe umwana wawe kwitegurira ubuyabaga

Raba impanuro zitanu zishingiye kuri Bibiliya zoshobora gufasha muri ico kiringo usanga kenshi kitoroshe.

IKIGANIRO TWAGIRANYE NA

Umuhinga asigura icatumye yemera Imana

Yan-Der Hsuuw yahoze yemera ihindagurika, ariko amaze gutangura kugira ubushakashatsi yarahinduye ivyiyumviro.

TWISUNZE BIBILIYA

Amaganya

Hari igihe kugira amaganya biba ari vyiza ariko kugira amaganya adakenewe ni bibi.

Gasuku ziteye igomwe

Raba ibintu bimwebimwe biranga izo nyoni ziteye igomwe.

UDUKURU TW’IRYA N’INO

Uko ivy’imibano vyifashe

Ivyo abahinga baheruka gushikako birerekana ko Bibiliya irimwo impanuro ngirakamaro.

Ibindi usanga kuri internet

“Ingeso zanje zari zingeze ahantu”

Dmitry Korshunov yari imborerwa, ariko yaratanguye gusoma Bibiliya ku musi ku musi. Ni igiki none camufashije guhinduka?

Aronkera icizigiro mw’ibohero

David, uwahoze ari imbohe, arasigura ingene Bibiliya yamufashije kumenya Imana, guhindura ubuzima bwiwe no kuba umunega mwiza.