Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Be maso!  |  No 2 2017

Woba wipfuza gutahura Bibiliya?

Woba wipfuza gutahura Bibiliya?

Ivyo udakeneye

  • Kuba uri incabwenge

  • Amahera

  • Gupfa ivyo wemeye

Ivyo ukeneye

  • ‘Ububasha bwawe bwo kwiyumvira.’Abaroma 12:1

  • Kwicisha bugufi

Hari ibintu Bibiliya yigisha vyoshobora kugutangaza.