Hariho itandukaniro hagati yo kwipfuza kuba intahemuka kuri Yehova, kuvuga ko uri intahemuka, no kuguma uri intahemuka. Ivyo birerekanwa n’inkuru yo muri Bibiliya ivugwa muri Kuvayo ikigabane ca 20, ica 24, ica 32, n’ica 34.

Gishingiye kuri Kuvayo 20:​1-7; 24:​3-18; 32:​1-35; 34:​1-14.