Jacob—A Man Who Loved Peace
IVYO KUVOMA
Icegeranyo c'ibitabu co kuri internet ca WatchtowerRaba kandi
IVYIGWA DUKURA MURI BIBILIYA
Yakobo ahabwa intoranwa
Izahaki na Rebeka bari bafise abahungu b’amahasa bitwa Esawu na Yakobo. Kubera yuko Esawu ari we yari mukuru, ni we yari kuronka intoranwa idasanzwe. Kubera iki yayikavye isahani y’indya?
IVYIGWA DUKURA MURI BIBILIYA
Yakobo na Esawu basubira gukundana
Vyagenze gute ngo umumarayika ahezagire Yakobo? Yakobo yakoze iki kugira asubire gukundana na Esawu?