Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

‘Nta jambo na rimwe ritashitse’

Urugendo Abisirayeli bagize mu bugararwa rwari rurangiye. Ca gihugu c’isezerano bari bamaze igihe barindiriye cari imbere yabo. Abo Bisirayeli bari bayobowe na Yosuwa boba bari kugamburukira Yehova bimwe bishitse maze bakibonera iranguka ry’ivyo yasezeranye? Raba ingene iyi nkuru ishobora gukomeza ukwizera kwawe muri iki gihe turindiriye iranguka ry’ivyo Imana yasezeranye!