Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Igitabu ca Rusi

Ibigabane

1 2 3 4

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Elimeleki n’umuryango wiwe bimukira i Mowabu (1, 2)

    • Nawomi, Orupa na Rusi babura abagabo babo (3-6)

    • Rusi aranka guheba Nawomi n’Imana yiwe (7-17)

    • Nawomi asubira i Betelehemu ari kumwe na Rusi (18-22)

  • 2

    • Rusi atoragura ivyasigaye mu murima wa Bowazi (1-3)

    • Rusi na Bowazi babonana (4-16)

    • Rusi abwira Nawomi ivyiza Bowazi yamugiriye (17-23)

  • 3

    • Nawomi abwira Rusi ico yokora (1-4)

    • Rusi na Bowazi bari ku mbuga yo mu murima (5-15)

    • Rusi asubira kwa Nawomi (16-18)

  • 4

    • Bowazi acungura Nawomi na Rusi (1-12)

    • Bowazi na Rusi bavyara Obedi (13-17)

    • Umuryango Dawidi akomokamwo (18-22)