EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 Igitabu ca Esiteri Ibigabane 1 2 3 4 5 6 7 8 9 10 Ibirimwo muri make 1 Inzimano z’umwami Ahasuwerusi i Shushani (1-9) Umwamikazi Vashiti agambarara (10-12) Umwami ahanuza inkerebutsi ziwe (13-20) Itegeko ry’umwami rirungikwa (21, 22) 2 Barondera uwundi mwamikazi (1-14) Esiteri aba umwamikazi (15-20) Morudekayi ahishura umugambi mubi (21-23) 3 Umwami aduza igiti Hamani (1-4) Umugambi wa Hamani wo guhonya Abayuda (5-15) 4 Morudekayi arira akaboroga (1-5) Morudekayi asaba Esiteri ngo abavugire (6-17) 5 Esiteri arenguka imbere y’umwami (1-8) Ishavu rya Hamani n’ubwibone bwiwe (9-14) 6 Umwami atera iteka Morudekayi (1-14) 7 Esiteri arega Hamani (1-6a) Hamani amanikwa ku giti yateguye (6b-10) 8 Morudekayi aduzwa igiti (1, 2) Esiteri atakambira umwami (3-6) Itegeko ry’umwami rivuguruza irya mbere (7-14) Abayuda biruhutsa, bakagira umunezero (15-17) 9 Intsinzi y’Abayuda (1-19) Umusi mukuru wa Purimu ushingwa (20-32) 10 Ubukuru Morudekayi yari afise (1-3) Ibiheruka Ibikurikira Copyrights for this publication