Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bibiliya kuri internet | BIBILIYA Y’ISI NSHASHA

Zaburi 87:1-7

Ni izaburi ya bene Kora. Agahibongozo, ururirimbo. 87  Umushinge wiwe uri mu misozi myeranda+.   Yehova akunda amarembo ya Siyoni+Kuruta amataberenakulo yose ya Yakobo+.   Uvugwako ibintu bininahaye, ewe gisagara c’Imana y’ukuri+! Sela.   Nzovuga ivya Rahabu+ na Babiloni+, ndabaharûre mu banzi;Ng’iyi Filisitiya+ na Tiro, kumwe na Kushi:“Uyu ni uwahavukiye+.”   Kandi ku vyerekeye Siyoni, bizovugwa ngo:“Umwe wese yarahavukiye+.”Kandi Musumbavyose+ ubwiwe azohashimangira+.   Yehova ubwiwe, mu kwandika ibisata vy’abantu, azomenyesha ati+:“Uyu ni uwahavukiye+.” Sela.   Hazoba hariho n’abaririmvyi be n’abatamvyi b’intambo z’umuzingi+:“Imbizi zanje zose ziri muri wewe+.”

Amakuru yiyongereye